Isaka

Insiguro:

  • 1 month ago By Akanyaburunga

    Ishaka ( Bwi.: amasaka) Igiterwa cari cubashwe kuva kera mu Burundi. Kimeze nk'ikigori ariko kikamira hejuru. Ahaduga imiyange ku kigori, kw'ishaka ho haza imishi itonzeko intete z'amasaka kurya kw'uburo. Iki giterwa carafasha cane ku muganuro. Nico cavamwo umutsima umwami yanogera ku muganuro. Muhora mwumva bavuga ngo amasaka y'i Nkoma.

    Injira kugira utore.

    0