Igiterwa cerera hejuru kigizwe n'igitûmbutûmbu, amababi hamwe n'imyânana. Mu kwama kibanza kuzana ingombogombo izovamwo imihanyu y'ibitoke bizotekwa canke bikaba imihwi babitaritse. Ubwoko bw'ibitoke bumwebumwe buzwi ni : Ibisubi, ibisenyi, ibikashi, akamaramasenge, ibïngurube, ibihonyi, imibira, inkira, mujuwa n'ibindi.
Injira kugira utore.
0